ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 40:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kuko ivyago vyankikuje ku buryo bidaharurika+.

      Amakosa yanje yarampambije ari menshi kuruta ayo nashobora kubona+;

      Yabaye menshi kuruta umushatsi wo ku mutwe wanje+,

      Kandi umutima wanje waramvuyemwo+.

  • Abaroma 7:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 mugabo mbona mu bihimba vyanje+ irindi tegeko+ rirwanya itegeko ry’umuzirikanyi wanje+ rikanjana ndi imbohe kw’itegeko ry’igicumuro+ riri mu bihimba vyanje.

  • Abagalatiya 5:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kuko umubiri urwanya impwemu+ mu vyo wipfuza, impwemu na yo ikarwanya umubiri; kuko ivyo bidacana uwaka, ku buryo ibintu nyene mwashaka gukora atari vyo mukora+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika