Zaburi 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nasavye Yehova ikintu kimwe+,Ni co nzorondera+,Ni uko nokwibera mu nzu ya Yehova imisi yose y’ubuzima bwanje+,Ngo nitegereze ubwiza bwa Yehova+No kugira ngo ndabe urusengero rwiwe nikugura+. Zaburi 84:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hahiriwe abibera mu nzu yawe+!Baguma bagushemeza nantaryo+. Sela. Zaburi 84:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko umusi umwe mu bigo vyawe uruta imisi igihumbi ahandi+.Nahisemwo guhagarara ku rwinjiriro mu nzu y’Imana yanje+Aho kugendagenda mu mahema y’ububisha+.
4 Nasavye Yehova ikintu kimwe+,Ni co nzorondera+,Ni uko nokwibera mu nzu ya Yehova imisi yose y’ubuzima bwanje+,Ngo nitegereze ubwiza bwa Yehova+No kugira ngo ndabe urusengero rwiwe nikugura+.
10 Kuko umusi umwe mu bigo vyawe uruta imisi igihumbi ahandi+.Nahisemwo guhagarara ku rwinjiriro mu nzu y’Imana yanje+Aho kugendagenda mu mahema y’ububisha+.