Zaburi 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nasavye Yehova ikintu kimwe+,Ni co nzorondera+,Ni uko nokwibera mu nzu ya Yehova imisi yose y’ubuzima bwanje+,Ngo nitegereze ubwiza bwa Yehova+No kugira ngo ndabe urusengero rwiwe nikugura+. Zaburi 43:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nanje nzoza ku gicaniro c’Imana+,Ku Mana, yo munezero wanje w’umwigino+.Kandi nzoguhaya ku nanga, ewe Mana, Mana yanje+. Luka 2:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Nuko, inyuma y’imisi itatu bamusanga mu rusengero+, yicaye hagati y’abigisha, abumviriza yongera ababaza ibibazo.
4 Nasavye Yehova ikintu kimwe+,Ni co nzorondera+,Ni uko nokwibera mu nzu ya Yehova imisi yose y’ubuzima bwanje+,Ngo nitegereze ubwiza bwa Yehova+No kugira ngo ndabe urusengero rwiwe nikugura+.
4 Nanje nzoza ku gicaniro c’Imana+,Ku Mana, yo munezero wanje w’umwigino+.Kandi nzoguhaya ku nanga, ewe Mana, Mana yanje+.
46 Nuko, inyuma y’imisi itatu bamusanga mu rusengero+, yicaye hagati y’abigisha, abumviriza yongera ababaza ibibazo.