Zaburi 43:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nanje nzoza ku gicaniro c’Imana+,Ku Mana, yo munezero wanje w’umwigino+.Kandi nzoguhaya ku nanga, ewe Mana, Mana yanje+.
4 Nanje nzoza ku gicaniro c’Imana+,Ku Mana, yo munezero wanje w’umwigino+.Kandi nzoguhaya ku nanga, ewe Mana, Mana yanje+.