1 Ngoma 12:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Muri Nafutali+ na ho, hari abakuru igihumbi, kandi bari kumwe n’abagabo ibihumbi mirongo itatu n’indwi bafise inkinzo zagutse n’amacumu.
34 Muri Nafutali+ na ho, hari abakuru igihumbi, kandi bari kumwe n’abagabo ibihumbi mirongo itatu n’indwi bafise inkinzo zagutse n’amacumu.