Kuvayo 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nayo jewe, ehe ndaretse imitima y’Abanyamisiri icike intabarirwa+, ngo binjireyo babakurikira, no kugira ngo niheshe ubuninahazwa biciye kuri Farawo n’inteko ziwe zose za gisirikare, imikogote yiwe y’intambara n’abarwanira ku mafarasi biwe+. Zaburi 37:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ababisha basokoye inkota, bafora n’umuheto wabo+,Ngo bagwishe umuntu w’umurushwa kandi w’umworo+,Ngo bakerere abagororotse mu nzira yabo+.
17 Nayo jewe, ehe ndaretse imitima y’Abanyamisiri icike intabarirwa+, ngo binjireyo babakurikira, no kugira ngo niheshe ubuninahazwa biciye kuri Farawo n’inteko ziwe zose za gisirikare, imikogote yiwe y’intambara n’abarwanira ku mafarasi biwe+.
14 Ababisha basokoye inkota, bafora n’umuheto wabo+,Ngo bagwishe umuntu w’umurushwa kandi w’umworo+,Ngo bakerere abagororotse mu nzira yabo+.