Ivyakozwe 7:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Ni nde mu bahanuzi ba sokuruza banyu batahamye+? Egome, barishe+ abamenyesheje hakiri kare ivyerekeye ukuza kwa wa Mugororotsi+, uwo mwaguze mukongera mukica+, Ivyakozwe 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yica Yakobo mwene wabo na Yohani+ akoresheje inkota+. 1 Yohani 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 atari nka Kayini, uwakomoka kuri wa mubisha akica+ mwene wabo. Kandi yamwishe kubera iki? Kubera ko ibikorwa vyiwe vyari bibi+, mugabo ivya mwene wabo bikaba vyari bigororotse+.
52 Ni nde mu bahanuzi ba sokuruza banyu batahamye+? Egome, barishe+ abamenyesheje hakiri kare ivyerekeye ukuza kwa wa Mugororotsi+, uwo mwaguze mukongera mukica+,
12 atari nka Kayini, uwakomoka kuri wa mubisha akica+ mwene wabo. Kandi yamwishe kubera iki? Kubera ko ibikorwa vyiwe vyari bibi+, mugabo ivya mwene wabo bikaba vyari bigororotse+.