Yobu 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Uyo azopfa yikwiye rwose+,Ata co yinona namba, yitekaniye, Zaburi 37:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko bazokabirana ningoga nk’ivyatsi+,Bayame nk’ivyatsi bitoto bikiri bishasha+. Yesaya 30:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 ni co gituma iri kosa rizobabera nk’igihimba gisadutse kigira gitembe, ubuvyimbe ku ruhome rudugijwe hejuru cane+ rushobora gusenyuka bukwi na bukwi, mu kanya isase+.
23 Uyo azopfa yikwiye rwose+,Ata co yinona namba, yitekaniye, Zaburi 37:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko bazokabirana ningoga nk’ivyatsi+,Bayame nk’ivyatsi bitoto bikiri bishasha+. Yesaya 30:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 ni co gituma iri kosa rizobabera nk’igihimba gisadutse kigira gitembe, ubuvyimbe ku ruhome rudugijwe hejuru cane+ rushobora gusenyuka bukwi na bukwi, mu kanya isase+.
13 ni co gituma iri kosa rizobabera nk’igihimba gisadutse kigira gitembe, ubuvyimbe ku ruhome rudugijwe hejuru cane+ rushobora gusenyuka bukwi na bukwi, mu kanya isase+.