Gucura intimba 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova yashibuye igicaniro* ciwe+. Yiyamye aheranda hiwe+.Yatanze mu kuboko kw’umwansi impome z’iminara yiwe yo kubamwo+.Bumvikanishije ijwi ryabo mu nzu ya Yehova, nko ku musi mukuru+.
7 Yehova yashibuye igicaniro* ciwe+. Yiyamye aheranda hiwe+.Yatanze mu kuboko kw’umwansi impome z’iminara yiwe yo kubamwo+.Bumvikanishije ijwi ryabo mu nzu ya Yehova, nko ku musi mukuru+.