21 ‘Bwira inzu ya Isirayeli uti: “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira mpumanye aheranda hanje+, ubwishime bw’inkomezi zanyu+, ca kintu gihimbara amaso yanyu+ kikaba n’ico umutima wanyu ugirira impuhwe; kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu mwasize inyuma, bazogwishwa n’inkota+.