2 Abami 17:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 nuko ntibumviriza mugabo baguma bakomantaza amazosi yabo+ nk’amazosi ya ba sekuruza babo batari barizeye+ Yehova Imana yabo; Ezekiyeli 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko mbwira abana babo mu gahinga+, nti: ‘Ntimugendere mu ngingo nyobozi za ba sogokuruza banyu+, kandi ntimugumye imanza zabo+, kandi ntimwihumanishe ibigirwamana vyabo vy’umwanda+. Ivyakozwe 7:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.
14 nuko ntibumviriza mugabo baguma bakomantaza amazosi yabo+ nk’amazosi ya ba sekuruza babo batari barizeye+ Yehova Imana yabo;
18 Nuko mbwira abana babo mu gahinga+, nti: ‘Ntimugendere mu ngingo nyobozi za ba sogokuruza banyu+, kandi ntimugumye imanza zabo+, kandi ntimwihumanishe ibigirwamana vyabo vy’umwanda+.
51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.