Kuvayo 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Bene Isirayeli ngo babibone, batangura kubwirana bati: “Ibi ni ibiki?” Kuko batari bazi ivyo ari vyo. Musa aca ababwira ati: “Ni umukate Yehova abahaye ngo mufungure+. Gusubira mu vyagezwe 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 uwagucishije muri ka gahinga kanini kandi gateye ubwoba+, karimwo inzoka z’ubumara+ n’utumina, karimwo n’ubutaka bugadutse, butagira amazi; uwagukuriye amazi mu gitandara c’isare+;
15 Bene Isirayeli ngo babibone, batangura kubwirana bati: “Ibi ni ibiki?” Kuko batari bazi ivyo ari vyo. Musa aca ababwira ati: “Ni umukate Yehova abahaye ngo mufungure+.
15 uwagucishije muri ka gahinga kanini kandi gateye ubwoba+, karimwo inzoka z’ubumara+ n’utumina, karimwo n’ubutaka bugadutse, butagira amazi; uwagukuriye amazi mu gitandara c’isare+;