Kuvayo 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Yehova akora ico kintu ku musi ukurikira, ubwoko bwose bw’ibitungwa vya Misiri birapfa+; mugabo nta na kimwe mu bitungwa vya bene Isirayeli capfuye.
6 Nuko Yehova akora ico kintu ku musi ukurikira, ubwoko bwose bw’ibitungwa vya Misiri birapfa+; mugabo nta na kimwe mu bitungwa vya bene Isirayeli capfuye.