1 Samweli 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko ukuboko kwa Yehova+ gutangura kuremera Abanyashidodi, atuma bata umutwe yongera abateza ibivyimba*+, ni ukuvuga ab’i Ashidodi no mu turere twaho.
6 Nuko ukuboko kwa Yehova+ gutangura kuremera Abanyashidodi, atuma bata umutwe yongera abateza ibivyimba*+, ni ukuvuga ab’i Ashidodi no mu turere twaho.