3 ehe ukuboko kwa Yehova+ kuraje ku bitungwa vyawe+ biri mw’ishamba. Hazotera ikiza+ gikaze cane ku mafarasi, ku ndogobwa, ku ngamiya, ku busho no ku mukuku.
9 Bamaze kujanayo iyo sandugu, ukuboko kwa Yehova+ kuba kuri ico gisagara, haba umuvurungano ukomeye cane, maze atangura gukubita abantu bo muri ico gisagara, kuva ku muto gushika ku wuhambaye, batangura guturika ibivyimba+.