1 Samweli 5:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Iyo sandugu imaze gushikayo, Yehova ahana ababa muri ico gisagara, bagira ubwoba bwinshi. Abateza ivyago, kuva ku muto gushika ku mukuru, baturika ibivyimba+.
9 Iyo sandugu imaze gushikayo, Yehova ahana ababa muri ico gisagara, bagira ubwoba bwinshi. Abateza ivyago, kuva ku muto gushika ku mukuru, baturika ibivyimba+.