1 Samweli 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bamaze kujanayo iyo sandugu, ukuboko kwa Yehova+ kuba kuri ico gisagara, haba umuvurungano ukomeye cane, maze atangura gukubita abantu bo muri ico gisagara, kuva ku muto gushika ku wuhambaye, batangura guturika ibivyimba+.
9 Bamaze kujanayo iyo sandugu, ukuboko kwa Yehova+ kuba kuri ico gisagara, haba umuvurungano ukomeye cane, maze atangura gukubita abantu bo muri ico gisagara, kuva ku muto gushika ku wuhambaye, batangura guturika ibivyimba+.