Zaburi 89:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Wasenyuye ingo z’ibitungwa ziwe zose zubakishijwe amabuye+;Ibihome vyiwe wabigize ibisenyagurike+. Yesaya 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubu rero, munkundire ndabamenyeshe ico ngira ngirire umurima wanje w’imizabibu: Uruzitiro rwawo ruzokurwaho+, kandi uzotegerezwa gutongorwa+. Uruhome rwawo rw’amabuye ruzotegerezwa gusenyuka, kandi uzotegerezwa kuba ahantu ho guhonyangwa+.
40 Wasenyuye ingo z’ibitungwa ziwe zose zubakishijwe amabuye+;Ibihome vyiwe wabigize ibisenyagurike+.
5 Ubu rero, munkundire ndabamenyeshe ico ngira ngirire umurima wanje w’imizabibu: Uruzitiro rwawo ruzokurwaho+, kandi uzotegerezwa gutongorwa+. Uruhome rwawo rw’amabuye ruzotegerezwa gusenyuka, kandi uzotegerezwa kuba ahantu ho guhonyangwa+.