Kuvayo 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntukagire izindi mana+ izo ari zo zose unzana mu maso. Gusubira mu vyagezwe 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ntimukagendere inyuma y’izindi mana, imana izo ari zo zose z’ibisata vy’abantu bibakikuje+,