2 Abami 19:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kuko ukunshavurira kwawe+ n’ukuroha kwawe vyaduze bigashika mu matwi yanje+. Ata gukeka nzoshira ingobe yanje mu zuru ryawe n’imijiginya hagati y’iminwa yawe+,Nzogusubiza inyuma koko ngucishije mu nzira wazananye+.” Zaburi 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kubera iki amahanga yagiye mu ruhagarara+,N’imiryango y’amahanga ikaguma ivugira mu ntamatama ikintu ata co kimaze+? Zaburi 74:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abakwanka baroheye hagati mu kibanza cawe c’ihuriro+.Bishiriyeho ibimenyetso vyabo nka vyo bimenyetso+. Ivyakozwe 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 akaba ari na wewe biciye ku mpwemu nyeranda wavugiye mu kanwa ka sogokuruza wacu Dawidi+, umusavyi wawe, uti: ‘Kubera iki amahanga yagiye mu ruhagarara, n’ibisata bikazirikana ibintu ata co bimaze+?
28 Kuko ukunshavurira kwawe+ n’ukuroha kwawe vyaduze bigashika mu matwi yanje+. Ata gukeka nzoshira ingobe yanje mu zuru ryawe n’imijiginya hagati y’iminwa yawe+,Nzogusubiza inyuma koko ngucishije mu nzira wazananye+.”
2 Kubera iki amahanga yagiye mu ruhagarara+,N’imiryango y’amahanga ikaguma ivugira mu ntamatama ikintu ata co kimaze+?
4 Abakwanka baroheye hagati mu kibanza cawe c’ihuriro+.Bishiriyeho ibimenyetso vyabo nka vyo bimenyetso+.
25 akaba ari na wewe biciye ku mpwemu nyeranda wavugiye mu kanwa ka sogokuruza wacu Dawidi+, umusavyi wawe, uti: ‘Kubera iki amahanga yagiye mu ruhagarara, n’ibisata bikazirikana ibintu ata co bimaze+?