Abalewi 26:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Kandi nzokwibuka koko isezerano ryanje nagiranye na Yakobo+; eka mbere n’isezerano ryanje nagiranye na Izahaki+, mbere n’isezerano ryanje nagiranye na Aburahamu+ nzoryibuka, n’igihugu nzocibuka. Zaburi 77:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mbega Yehova azoguma ashibura gushika igihe kitagira urugero+,Ntiyongere gushimishwa+? Yoweli 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yehova azogirira umwete igihugu ciwe+, agirire impuhwe abantu biwe+.
42 Kandi nzokwibuka koko isezerano ryanje nagiranye na Yakobo+; eka mbere n’isezerano ryanje nagiranye na Izahaki+, mbere n’isezerano ryanje nagiranye na Aburahamu+ nzoryibuka, n’igihugu nzocibuka.