ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 57:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kuko ibi ari vyo avuze, Umwe akirurutse kandi ari hejuru+, umwe abaho ibihe bidahera+ kandi izina ryiwe rikaba ari ryeranda+: “Ahakirurutse n’aheranda ni ho mba+, kumwe kandi n’uwajanjaguwe, w’impwemu iciye bugufi, ngo ngarurire agatege impwemu y’abaciye bugufi+, ngarurire agatege umutima w’abajanjagurwa+.

  • Habakuki 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ewe Yehova, narumvise inkuru yawe+. Ewe Yehova, naratinye igikorwa cawe+.

      Nukigire kizima hagati muri iyi myaka! Nukimenyekanishe hagati muri iyi myaka. Mu gihe c’umudugararo, niwibuke kugira imbabazi+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika