Zaburi 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umubisha mu kwidundarika kwiwe ntarondera+;Ivyiyumviro vyiwe vyose ni: “Nta Mana iriho+.” Ezekiyeli 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze ambwira ati: “Mbega wabonye ga mwana w’umuntu ivyo abahumure b’inzu ya Isirayeli bariko barakorera mu mwiza+, umwe wese mu vyumba vy’igishusho ciwe c’indatwa? Kuko bavuga ngo: ‘Yehova ntatubona+. Yehova yarahevye igihugu.’”
12 Maze ambwira ati: “Mbega wabonye ga mwana w’umuntu ivyo abahumure b’inzu ya Isirayeli bariko barakorera mu mwiza+, umwe wese mu vyumba vy’igishusho ciwe c’indatwa? Kuko bavuga ngo: ‘Yehova ntatubona+. Yehova yarahevye igihugu.’”