Zaburi 40:1 Bibiliya y’isi nshasha 40 Narizigiye Yehova rwose+,Na we araheza antega ugutwi, yumva ugutabaza kwanje+. Zaburi 71:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Niwongereze ubukuru bwanje+,Unkikuze, umpoze+.