Zaburi 48:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umusozi Siyoni ku mpande za kure zo mu buraruko+Ni mwiza mu bukiruruke, ukaba n’umwigino w’isi yose+,Igisagara c’Umwami w’Agahambaye+. Yesaya 60:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Abana b’abaguteza amarushwa bazotegerezwa kuza kuri wewe bakwunamira+; abakugaya bose bazotegerezwa gukubita inkoro hasi imbere y’ubworo bw’ibirenge vyawe+, kandi bazobwirizwa kukwita igisagara ca Yehova, Siyoni+ y’Umweranda wa Isirayeli.
2 Umusozi Siyoni ku mpande za kure zo mu buraruko+Ni mwiza mu bukiruruke, ukaba n’umwigino w’isi yose+,Igisagara c’Umwami w’Agahambaye+.
14 “Abana b’abaguteza amarushwa bazotegerezwa kuza kuri wewe bakwunamira+; abakugaya bose bazotegerezwa gukubita inkoro hasi imbere y’ubworo bw’ibirenge vyawe+, kandi bazobwirizwa kukwita igisagara ca Yehova, Siyoni+ y’Umweranda wa Isirayeli.