Zaburi 90:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko mw’ishavu ryawe turangiye+,Kandi duhagaritswe umutima n’ubushangashirwe bwawe+. Zaburi 102:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kubera imisibo yawe n’uburakari bwawe+;Kuko wandugije hejuru, kugira ngo unte kure+.