Zaburi 86:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ndaguhaya, ewe Yehova Mana yanje, n’umutima wanje wose+,Kandi nzoninahaza izina ryawe gushika igihe kitagira urugero, Zaburi 106:1 Bibiliya y’isi nshasha 106 Shemeze Ya+!Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+;Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+.
12 Ndaguhaya, ewe Yehova Mana yanje, n’umutima wanje wose+,Kandi nzoninahaza izina ryawe gushika igihe kitagira urugero,
106 Shemeze Ya+!Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+;Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+.