Guharura 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Ku musi w’ukunezerwa+ kwanyu no mu biringo vy’imisi mikuru yanyu+ no ku ntango z’amezi yanyu+, muze muvugirize inzumbete hejuru y’amashikanwa yanyu aturirwa+ no hejuru y’ibimazi vyanyu vy’ugusangira+; kandi ikoreshwa ryazo rize ribabere icibutso imbere y’Imana yanyu. Ndi Yehova Imana yanyu+.” Guharura 23:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ntiyitegereje ububasha bw’ivy’amageza+ na bumwe bwo kugirira nabi Yakobo,Kandi nta vyago yabonye kuri Isirayeli.Yehova Imana yiwe ari kumwe na we+,Kandi muri we hasamirana impundu y’umwami. Zaburi 98:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mukoresheje inzumbete be n’ijwi ry’inzamba+,Mwihe akaruru k’intsinzi imbere y’Umwami, Yehova.
10 “Ku musi w’ukunezerwa+ kwanyu no mu biringo vy’imisi mikuru yanyu+ no ku ntango z’amezi yanyu+, muze muvugirize inzumbete hejuru y’amashikanwa yanyu aturirwa+ no hejuru y’ibimazi vyanyu vy’ugusangira+; kandi ikoreshwa ryazo rize ribabere icibutso imbere y’Imana yanyu. Ndi Yehova Imana yanyu+.”
21 Ntiyitegereje ububasha bw’ivy’amageza+ na bumwe bwo kugirira nabi Yakobo,Kandi nta vyago yabonye kuri Isirayeli.Yehova Imana yiwe ari kumwe na we+,Kandi muri we hasamirana impundu y’umwami.