2 Samweli 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nayo ubuntu bwuzuye urukundo bwanje, ntibuzova kuri we nk’uko nabukuye kuri Sauli+, uwo nakuyeho kubera wewe. Zaburi 132:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yehova yararahiye Dawidi+,Kandi vy’ukuri ntazokwirahuruza+:“Uwo mu bura bwawe*+Nzomushira ku ntebe yawe y’ubwami+. Yesaya 55:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nimutege ugutwi+, muze kuri jewe+. Nimwumvirize, mubandanye kubaho+, nanje, n’umutima ukunze, nzogirana namwe isezerano ryamaho igihe kitagira urugero+ ku bijanye n’ubuntu bwuzuye urukundo bwagiriwe Dawidi bwo kwizigirwa+. Ivyakozwe 2:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nuko rero, kubera ko yari umuhanuzi akaba kandi yari azi yuko Imana yari yaramurahiye indahiro yuko yokwicaritse ku ntebe yiwe y’ubwami uwo mu mafyinga yiwe+,
15 Nayo ubuntu bwuzuye urukundo bwanje, ntibuzova kuri we nk’uko nabukuye kuri Sauli+, uwo nakuyeho kubera wewe.
11 Yehova yararahiye Dawidi+,Kandi vy’ukuri ntazokwirahuruza+:“Uwo mu bura bwawe*+Nzomushira ku ntebe yawe y’ubwami+.
3 Nimutege ugutwi+, muze kuri jewe+. Nimwumvirize, mubandanye kubaho+, nanje, n’umutima ukunze, nzogirana namwe isezerano ryamaho igihe kitagira urugero+ ku bijanye n’ubuntu bwuzuye urukundo bwagiriwe Dawidi bwo kwizigirwa+.
30 Nuko rero, kubera ko yari umuhanuzi akaba kandi yari azi yuko Imana yari yaramurahiye indahiro yuko yokwicaritse ku ntebe yiwe y’ubwami uwo mu mafyinga yiwe+,