2 Samweli 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi inzu yawe n’ubwami bwawe bizokwama bihamye imbere yawe gushika igihe kitagira urugero; intebe y’ubwami yawe izoshimangirwa gushika igihe kitagira urugero+.”’” Zaburi 89:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nzozigama ubuntu bwuzuye urukundo bwanje kuri we gushika igihe kitagira urugero+,Kandi isezerano ryanje rizoba iryizigirwa kuri we+. Yeremiya 33:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Iyo bitaba ari ivy’ukuri yuko nashizeho isezerano ryanje ry’umurango n’ijoro+, ivyagezwe bigenga ijuru n’isi+, Ivyakozwe 13:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Kandi ivy’ukwo kuba yaramuzuye mu bapfuye ngo ntaze asubire ku kubora, yabivuze muri ubu buryo ati: ‘Nzobaha ubuntu bwuzuye urukundo bwagiriwe Dawidi bwo kwizigirwa+.’
16 Kandi inzu yawe n’ubwami bwawe bizokwama bihamye imbere yawe gushika igihe kitagira urugero; intebe y’ubwami yawe izoshimangirwa gushika igihe kitagira urugero+.”’”
28 Nzozigama ubuntu bwuzuye urukundo bwanje kuri we gushika igihe kitagira urugero+,Kandi isezerano ryanje rizoba iryizigirwa kuri we+.
25 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Iyo bitaba ari ivy’ukuri yuko nashizeho isezerano ryanje ry’umurango n’ijoro+, ivyagezwe bigenga ijuru n’isi+,
34 Kandi ivy’ukwo kuba yaramuzuye mu bapfuye ngo ntaze asubire ku kubora, yabivuze muri ubu buryo ati: ‘Nzobaha ubuntu bwuzuye urukundo bwagiriwe Dawidi bwo kwizigirwa+.’