Zaburi 30:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko kuba munsi y’ishavu ryiwe ari ivy’akanya gato+,Kuba munsi y’ubutoni bwiwe bikaba ivy’ubuzima bwose+.Ku mugoroba amarira yoshobora kwaka indaro+, mugabo mu gitondo hakaba akamo k’umunezero+. Zaburi 126:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ababibana imbuto amosozi+Bazoshwaburana akamo k’umunezero+. Matayo 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Hahiriwe abagandaye, kuko bazohozwa+. Yohani 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Muzorira muboroge, mugabo isi izonezerwa; muzogira intuntu+, mugabo intuntu yanyu izohinduka akanyamuneza+.
5 Kuko kuba munsi y’ishavu ryiwe ari ivy’akanya gato+,Kuba munsi y’ubutoni bwiwe bikaba ivy’ubuzima bwose+.Ku mugoroba amarira yoshobora kwaka indaro+, mugabo mu gitondo hakaba akamo k’umunezero+.
20 Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Muzorira muboroge, mugabo isi izonezerwa; muzogira intuntu+, mugabo intuntu yanyu izohinduka akanyamuneza+.