Zaburi 37:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Naho yotemba, ntazoraririzwa hasi+,Kuko Yehova ashigikiye ukuboko kwiwe+. Matayo 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 amubwira ati: “Nimba uri umwana w’Imana, ikororere hasi+; kuko vyanditswe ngo: ‘Azoha itegeko abamarayika biwe ku bikwerekeye, na bo bazokurerura mu maboko yabo, ngo ntiwigere ukubita ikirenge kw’ibuye+.’” 1 Petero 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 riba n’“ibuye ritsitaza n’igitandara kigwisha+.” Abo batsitara kuko bagambararira rya jambo. Ico nyene ni co kandi bagenewe+.
6 amubwira ati: “Nimba uri umwana w’Imana, ikororere hasi+; kuko vyanditswe ngo: ‘Azoha itegeko abamarayika biwe ku bikwerekeye, na bo bazokurerura mu maboko yabo, ngo ntiwigere ukubita ikirenge kw’ibuye+.’”
8 riba n’“ibuye ritsitaza n’igitandara kigwisha+.” Abo batsitara kuko bagambararira rya jambo. Ico nyene ni co kandi bagenewe+.