ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 52:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Mugabo jewe nzomera nk’igiti c’umwelayo gitotahaye+ mu nzu y’Imana;

      Ndizigiye koko ubuntu bwuzuye urukundo bw’Imana gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.

  • Yesaya 65:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ntibazokwubaka ngo uwundi ayibemwo; ntibazotera ngo uwundi abirye. Kuko imisi y’abantu banje izoba nk’imisi y’igiti+; kandi abo natoye bazokwinovora bimwe bishitse igikorwa c’amaboko yabo+.

  • Hoseya 14:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Iminago yiwe izonaga, iteka ryiwe ribe nk’iry’igiti c’umwelayo+, ugutamirana kwiwe na kwo kube nk’ukwa Libani.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika