ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 29:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Hanyuma Dawidi abwira ishengero ryose+ ati: “Nimuhezagire+ rero Yehova Imana yanyu.” Nuko ishengero ryose rihezagira Yehova Imana ya ba sekuruza babo, barunama+, bakubita inkoro hasi+ imbere ya Yehova n’imbere y’umwami.

  • Nehemiya 9:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Hanyuma Abalewi Yeshuwa na Kadumiyeli na Bani na Hashabuneya na Sherebiya na Hodiya na Shebaniya na Petahiya bavuga bati: “Haguruke muhezagire+ Yehova Imana yanyu kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero+. Nibahezagire izina ryawe rininahaye+, irishizwe hejuru y’umuhezagiro wose n’ishemezo ryose.

  • Zaburi 72:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Izina ryiwe rininahaye nirihezagirwe gushika igihe kitagira urugero+,

      Ubuninahazwa bwiwe bwuzure isi yose+.

      Amen kandi Amen.

  • Abanyefeso 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Hahezagirwe Imana ari yo Se w’Umukama wacu Yezu Kristu+, kuko yaduhezagije+ umuhezagiro wose wo mu vy’impwemu mu bibanza vyo mw’ijuru+ mu bumwe na Kristu,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika