Zaburi 145:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa rwose+,Kandi ubukuru bwiwe ntibuserangurika+. Yeremiya 32:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umwe agirira ubuntu bwuzuye urukundo ibihumbi+, kandi akishura ikosa rya ba se mu gikiriza c’abahungu babo mu nyuma zabo+, wewe Mana y’ukuri, Umwe ahambaye+, Umwe w’umunyabushobozi+, Yehova nyen’ingabo+ akaba ari ryo zina ryiwe+, Tito 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 mu gihe turindiriye ca cizigiro c’ubuhirwe+ n’ukwigaragaza kuninahaye+ kwa ya Mana ikomeye n’ukw’Umukiza wacu Kristu Yezu,
18 Umwe agirira ubuntu bwuzuye urukundo ibihumbi+, kandi akishura ikosa rya ba se mu gikiriza c’abahungu babo mu nyuma zabo+, wewe Mana y’ukuri, Umwe ahambaye+, Umwe w’umunyabushobozi+, Yehova nyen’ingabo+ akaba ari ryo zina ryiwe+,
13 mu gihe turindiriye ca cizigiro c’ubuhirwe+ n’ukwigaragaza kuninahaye+ kwa ya Mana ikomeye n’ukw’Umukiza wacu Kristu Yezu,