ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 24:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 barabona Imana ya Isirayeli+. Munsi y’ibirenge vyayo hari ikintu kimeze nk’isaso ry’amabuye ya safiro, kimeze kandi nk’amajuru ubwayo mu butyoroke+.

  • Zaburi 104:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 104 Hezagira Yehova, mutima wanje+!

      Ewe Yehova Mana yanje, wabonetse ko uhambaye cane+.

      Wiyambika iteka n’ubwiza bwakaka+,

  • Yesaya 6:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ariko jewe, mu mwaka Umwami Uziya yapfa+, mbona Yehova+ yicaye ku ntebe y’ubwami+ ikirurutse kandi ishizwe hejuru, kandi impuzu yiwe* yari yuzuye urusengero+.

  • Ezekiyeli 1:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Hanyuma mbona ikintu kimeze nk’uguca ibibatsi kw’uruvange rw’inzahabu n’ifeza+, nk’ishusho y’umuriro irya n’ino imbere muri co+, uhereye kw’ishusho y’amafyinga yiwe kuduga; kandi uhereye kw’ishusho y’amafyinga yiwe kumanuka, mbona ikintu kimeze nk’ishusho y’umuriro, kandi yarakaka irya n’ino.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika