Zaburi 33:1 Bibiliya y’isi nshasha 33 Nimwihe akamo k’umunezero, yemwe bagororotsi, kubera Yehova+.Ku bagororotse, ishemezo rirabereye+. Habakuki 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Na ho nyene jewe nzokwigina Yehova+; nzonezererwa Imana y’ubukiriro bwanje+. Abafilipi 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mwame munezerwa mu Mukama+. Ndongeye kubivuga: Nimunezerwe+!
33 Nimwihe akamo k’umunezero, yemwe bagororotsi, kubera Yehova+.Ku bagororotse, ishemezo rirabereye+.