Gusubira mu vyagezwe 26:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi utegerezwa kunezererwa+ ivyiza vyose Yehova Imana yawe yaguhaye wewe n’urugo rwawe, n’Umulewi na kavamahanga ari hagati yawe+. Zaburi 97:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nimunezerwe muri Yehova, yemwe bagororotsi+,Mukengurukire icibutso ciwe ceranda+. Yesaya 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Wagwije ihanga+; warigwirije umunezero+. Banezerewe imbere yawe n’umunezero nk’uwo mu gihe c’iyimbura+, nk’abagira akanyamuneza igihe bagabura isahu+. 1 Abatesalonika 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mwame munezerwa+.
11 Kandi utegerezwa kunezererwa+ ivyiza vyose Yehova Imana yawe yaguhaye wewe n’urugo rwawe, n’Umulewi na kavamahanga ari hagati yawe+.
3 Wagwije ihanga+; warigwirije umunezero+. Banezerewe imbere yawe n’umunezero nk’uwo mu gihe c’iyimbura+, nk’abagira akanyamuneza igihe bagabura isahu+.