Abalewi 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Vugana n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Mukwiye kwerekana ko muri beranda+, kuko jewe Yehova Imana yanyu ndi mweranda+. 1 Petero 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kuko vyanditswe ngo: “Mutegerezwa kuba beranda, kuko jewe ndi mweranda+.”
2 “Vugana n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Mukwiye kwerekana ko muri beranda+, kuko jewe Yehova Imana yanyu ndi mweranda+.