Zaburi 50:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Uwushikana ugukenguruka bwa kimazi ciwe ni we aninahaza+;Nayo uwugumya inzira yashinzwe,Nzomuha kubona ubukiriro Imana itanga+.” Zaburi 66:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nzoza mu nzu yawe mfise amashikanwa aturirwa uko yakabaye+;Nzoshitsa indagano zanje kuri wewe+, Zaburi 116:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nzogushikanira ikimazi c’ugukenguruka+,Kandi nzokwambaza izina rya Yehova+. Zaburi 122:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ibirenge vyacu vyari bihagaze+Mu marembo yawe, ewe Yeruzalemu+!
23 Uwushikana ugukenguruka bwa kimazi ciwe ni we aninahaza+;Nayo uwugumya inzira yashinzwe,Nzomuha kubona ubukiriro Imana itanga+.”