Zaburi 34:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yehova acungura ubuzima bw’abasavyi biwe+;Kandi nta n’umwe mu bahungira muri we azoharurwako icaha+. Zaburi 56:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko warokoye ubuzima bwanje ukabukiza urupfu+—Mbega ntiwarokoye ikirenge canje ukakirinda gutsitara+?—Kugira ngo ngendagende imbere y’Imana mu muco w’abazima+. Zaburi 69:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Egera ubuzima bwanje, ubuhabuze+;Nuncungure kubera abansi banje+.
22 Yehova acungura ubuzima bw’abasavyi biwe+;Kandi nta n’umwe mu bahungira muri we azoharurwako icaha+.
13 Kuko warokoye ubuzima bwanje ukabukiza urupfu+—Mbega ntiwarokoye ikirenge canje ukakirinda gutsitara+?—Kugira ngo ngendagende imbere y’Imana mu muco w’abazima+.