Yakobo 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ingabirano nziza yose+ be n’impano yose itagira akanenge iva hejuru+, kuko imanuka iva kuri Se w’imico yo mw’ijuru+, kandi kuri we ntihaba uguhinduka kw’izunguruka ry’igitutu+. 1 Yohani 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi ubu ni bwo butumwa twamwumvanye ari na bwo turiko turabamenyesha+: yuko Imana ari umuco+, kandi ntihaba umwiza namba mu bumwe na yo+.
17 Ingabirano nziza yose+ be n’impano yose itagira akanenge iva hejuru+, kuko imanuka iva kuri Se w’imico yo mw’ijuru+, kandi kuri we ntihaba uguhinduka kw’izunguruka ry’igitutu+.
5 Kandi ubu ni bwo butumwa twamwumvanye ari na bwo turiko turabamenyesha+: yuko Imana ari umuco+, kandi ntihaba umwiza namba mu bumwe na yo+.