Itanguriro 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Amazi abandanya kugabanuka intambwe ku yindi gushika mu kwezi kugira cumi. Mu kwezi kugira cumi, ku musi wa mbere w’ukwo kwezi, amasonga y’imisozi araboneka+. Imigani 8:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Imbere y’uko imisozi ubwayo ishirwaho+, imbere y’uko imirambi ibaho, navyawe nko mu bubabare bw’ibise,
5 Amazi abandanya kugabanuka intambwe ku yindi gushika mu kwezi kugira cumi. Mu kwezi kugira cumi, ku musi wa mbere w’ukwo kwezi, amasonga y’imisozi araboneka+.
25 Imbere y’uko imisozi ubwayo ishirwaho+, imbere y’uko imirambi ibaho, navyawe nko mu bubabare bw’ibise,