ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 26:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yaciye umuzingi ku buringanire bw’amazi+,

      Gushika aho umuco n’umwiza vyigaburira.

  • Yobu 38:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Igihe natangura kugabanganiriza kuri co ingingo nyobozi yanje

      No gushiraho igihindizo be n’imiryango+,

  • Zaburi 33:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Akoranya amazi y’ikiyaga nk’aho akoresheje urugomero+,

      Agashira mu bigega amazi asuriranya.

  • Imigani 8:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 igihe yashingira ikiyaga ingingo yiwe, kugira amazi ntarenge itegeko ryiwe+, igihe yashinga ko haba imishinge y’isi+,

  • Yeremiya 5:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 ‘Mbega ntimunantiya+,’ ni ko Yehova avuze, ‘canke ngo mugire ububabare bukaze kubera jewe+, uwashizeho umusenyi ngo ubere ikiyaga urubibe, ingingo nyobozi yamaho kidashobora kurenga? Naho imipfunda yaco yisuriranya, ntishobora kunesha; naho isebagirika, ntishobora kururengana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika