ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 136:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Umwe aha ibifungurwa ibiri n’umubiri vyose+:

      Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;

  • Zaburi 145:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Vyose bihanga amaso wewe bifise ukwizigira+,

      Nawe ukabiha indya zavyo mu kiringo cazo+.

  • Zaburi 147:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Aha ibikoko indya zavyo+,

      Akaziha ibikona bikiri bito biguma bihamagara+.

  • Matayo 6:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ihweze neza inyoni+ zo mu kirere, kubera ko zitabiba imbuto canke ngo zishwabure canke ngo zegeranirize mu bigega; yamara So wo mw’ijuru arazigaburira. None mwebwe ntimuzirusha agaciro+?

  • Matayo 24:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 “None ni nde mushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge+ shebuja yashinze abakozi biwe bo mu nzu, kugira abahe ibifungurwa vyabo ku gihe kibereye+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika