ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 20:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Ndi Yehova Imana yawe+ yagukuye mu gihugu ca Misiri, mu nzu y’abashumba+.

  • Gusubira mu vyagezwe 29:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 kugira agushinge uno musi ngo umubere igisata+ no kugira yerekane ko ari Imana yawe+, nk’uko yabigusezeraniye akabirahira kandi ba sogokuruza bawe Aburahamu+, Izahaki+ na Yakobo+.

  • Yosuwa 24:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Abantu na bo babwira Yosuwa bati: “Yehova Imana yacu ni we tuzokorera, kandi ijwi ryiwe ni ryo tuzokwumviriza+!”

  • Zaburi 100:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Mumenye ko Yehova ari Imana+.

      Ni we yaduhinguye, si twebwe ubwacu+.

      Turi abantu biwe n’intama zo mu buragiriro bwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika