Itanguriro 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nanje nzoshira isezerano ryanje hagati yanje nawe+, kugira nkugwize cane rwose+.” Itanguriro 22:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 ni ukuri nzoguhezagira, kandi ni ukuri nzogwiza uruvyaro* rwawe nk’inyenyeri zo mu majuru, nk’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga+; kandi uruvyaro rwawe ruzokwigarurira irembo ry’abansi barwo+. Itanguriro 26:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nube muri iki gihugu uri kavamahanga+, nanje nzogumana nawe nteko nguhezagire, kuko wewe n’uruvyaro rwawe nzobaha ibi bihugu vyose+, kandi nzoshitsa indahiro narahiye Aburahamu so+; Nehemiya 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Wasanze umutima wiwe ari uwizigirwa imbere yawe+; nuko ugirana isezerano+ na we ryo kumuha igihugu c’Abanyakanani n’Abaheti n’Abamori n’Abaperizi n’Abayebusi n’Abagirugashi, ryo kugiha uruvyaro rwiwe+; kandi warashikije amajambo yawe, kuko ugororotse+. Luka 1:73 Bibiliya y’isi nshasha 73 ya ndahiro yarahira Aburahamu sogokuruza wacu+,
17 ni ukuri nzoguhezagira, kandi ni ukuri nzogwiza uruvyaro* rwawe nk’inyenyeri zo mu majuru, nk’udutete tw’umusenyi turi ku nkengera y’ikiyaga+; kandi uruvyaro rwawe ruzokwigarurira irembo ry’abansi barwo+.
3 Nube muri iki gihugu uri kavamahanga+, nanje nzogumana nawe nteko nguhezagire, kuko wewe n’uruvyaro rwawe nzobaha ibi bihugu vyose+, kandi nzoshitsa indahiro narahiye Aburahamu so+;
8 Wasanze umutima wiwe ari uwizigirwa imbere yawe+; nuko ugirana isezerano+ na we ryo kumuha igihugu c’Abanyakanani n’Abaheti n’Abamori n’Abaperizi n’Abayebusi n’Abagirugashi, ryo kugiha uruvyaro rwiwe+; kandi warashikije amajambo yawe, kuko ugororotse+.