Itanguriro 39:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Shebuja wa Yozefu aca aramufata, amushira mu nzu y’ibohero, ahantu imbohe z’umwami zapfungirwa, aguma ng’aho muri iyo nzu y’ibohero+.
20 Shebuja wa Yozefu aca aramufata, amushira mu nzu y’ibohero, ahantu imbohe z’umwami zapfungirwa, aguma ng’aho muri iyo nzu y’ibohero+.