ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 105:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Bababarisha amapingu ibirenge vyiwe+,

      Ubuzima bwiwe bwinjira mu vyuma+;

  • 1 Petero 2:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kuko, mwokwihaya iki nimba mucumura mugakubitwa yamara mukavyihanganira+? Mugabo nimba mukora iciza mukababazwa+ yamara mukavyihanganira, ico ni ikintu gishimwa ku Mana+.

  • 1 Petero 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Mugabo naho mwobabara muhorwa ubugororotsi, muba muhiriwe+. Ariko kirya batinya mwebwe ntimugitinye+, eka kandi ntimuhagarike umutima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika