Ivyakozwe 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 hanyuma imurokora mu makuba yiwe yose yongera imuha igikundiro n’ubukerebutsi mu maso ya Farawo umwami wa Misiri. Na we yamushinze kuganza Misiri n’inzu yiwe yose+.
10 hanyuma imurokora mu makuba yiwe yose yongera imuha igikundiro n’ubukerebutsi mu maso ya Farawo umwami wa Misiri. Na we yamushinze kuganza Misiri n’inzu yiwe yose+.